Le Mensonge De l’Amour Ep3
Автор: Inside Burundi TV
Загружено: 2025-12-27
Просмотров: 489
🎬 LE MENSONGE DE L’AMOUR
Iyi film iravuga inkuru ibabaje kandi y’ukuri y’umusore Dodo, aho abavyeyi biwe bagarutse bagatangura kumushwanira, bikamutera intimba n’uruhagarara mu mutima.
Mu gihe ubuzima bwiwe bwahindutse bubi, BM nawe yisanze mu ngorane, aho yatereye telefone y’abandi, ayigurisha maze ayo mafaranga ayamarira mu kabare.
Iyi nkuru irerekana ingaruka z’urukundo rufise ikinyoma, amatati yo mu muryango, n’ingingo mbi zifatwa mu bihe bigoye.
🎭 Film yigisha, ikababaza umutima, kandi igatera kwiyumvira cane.
Black Vortex - Scoring Action by Kevin MacLeod is licensed under a Creative Commons Attribution 4.0 license. https://creativecommons.org/licenses/...
#LeMensongeDeLamour #FilmBurundais #inkuruyurukundo #IkimenyetsoCUmuryango #AmakubaYUrwaruka #dodo #BM #FilmYigisha #VieReelle #CinemaAfricain
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: