UBURUNDI BURASHIMIRWA N'UMUYOBOZI W'AKARERE MURI HCR
Автор: TV RTNB
Загружено: 2025-08-12
Просмотров: 3039
Mu rugendo rwiwe rwo kuwa 8 na 9 Myandagaro 2025 mu makambi y'impunzi ya Buganda mu ntara ya Bujumbura, na Musenyi mu ntara ya Burunga, umuyobozi w'akarere ka Afrika y'uburseruko, iy'ibiyaga binini, n'iyo mw'ihembe rya Afrika mw'ishiramwe ryitaho impunzi kw'isi, Mamadou Dian Balde, arashima urukundo Abarundi berekanye kandi bakiriko, ku mpunzi z'Abanyekongo, bakiriwe mu Burundi. Yashimye umutekano n'amahoro birangwa mu makambi, atibagiye kandi umubano mwiza yasanze hagati y'impunzi n'abasangwa.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: