Menya impamvu Uburundi na FMI bishika ntibihuze
Автор: Iris News
Загружено: 2025-11-07
Просмотров: 14
Mbega Uburundi burizewe na FMI koko ?
Umugwi w’ico kigega mpuzamakungu uramaze imisi uri mu ngendo zawo za buri mwaka hano mu #Burundi kuva mu ntango za Munyonyo.
Ni uruhe rugero rw’ukwizigirwa igihugu cacu gifise imbere ya FMI ?
Imigenderanire hagati y’Uburundi n’ico kigega iriko ibandanya gute ?
Ibi ni vyo tugiye kwihweza muri #IrisToday y’uno munsi.
#Ubutunzi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: