Nahora Nja i KUZIMU | Nilikuwa Naenda KUZIMUNI - INTAHE/USHUHUDA [Kirundi/Swahili] - Grâce ISHIMWE
Автор: Intahe TV
Загружено: 2019-01-30
Просмотров: 3502
Iyi ni intahe ya Grâce Ishimwe ava i Ngozi, Burundi, y'ivyo yahora akora akigendera mu nzira za satani. Aratubwira uko yahora aja i kuzimu, n'ivyo yatumwa gukora :
1. Gutera amashengero
2. Guteza amasanganya
3. Kuniga abantu mu ndoto
4. n'ibindi vyinshi.
Aratubwira n'ingene Yesu yamubohoye akoreshe abakozi biwe mw'ishengero ARESHE riri mu Buyenzi i Bujumbura
RABA WONGERE UYISANGIRE N'ABANDI
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: