Francine Niyonsaba mu kiganiro n’abamenyeshamakuru
Автор: Uburundi Mu Kirundi
Загружено: 2021-09-25
Просмотров: 424
NIYONSABA Francine ni umunonotsi w’umurundikazi yabaye rurangiranwa mu kwiruka . Amaze kuja mu mahiganwa menshi cane atahukana imidari itandukanye.Kuri uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 25|09|2021 ni ho yatanga ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru , aho yavuga ku buzima bwiwe kuva abaho gushika uno musi. Twahababereye, mukurikirane ivyo yayaze.
Turi Uburundi Mu Kirundi, tuyaga ibiha ikuzo Uburundi n’abarundi.
Mu kudushigikira sangiza ibiganiro vyacu, terera ivyiyumviro, dukebure bikenewe.
Mushobora no kutwandikira kuri iyi nsozabutumwa:
[email protected]
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: