Umugambwe CNDD-FDD uvuga ko abasenyeri ba Eklezia Katolika y'Uburundi badashaka ko amatora aba
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2019-09-21
Просмотров: 31359
Mugihe hari itangazo bivugwa ko rizosomerwa abakirisu ma mesengero atandukanye ya Eklezia katolika mu Burundi, rivuga ko Imbonerakure za CNDD-FDD zihohotera abanywanyi b'iyindi migambwe, umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD Evariste Ndayishimiye avuga ko ko abasenyeri ba Eklezia Katolika badashaka ko amatora aba, bishakira intwaro zitavuye mumatora.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: