Uburundi – Igihugu Imana Yahezagiye Muburimyi, Amazi n’Akayaga keza,Umwete wabenegihugu,
Автор: LIGHT KING MEDIA
Загружено: 2025-12-08
Просмотров: 12
Uburundi ni igihugu gitoya ariko gifise ubutunzi karemano bwinshi cane. Imana yahezagiye Uburundi mu burimyi bwiza, amazi menshi n’akayaga keza gatuma ubuzima bugenda neza.
Iki gihugu gifise ubutaka bwimbuka bworohereza guhinga no kworora, kikagira inzuzi, ibiyaga n’imvura ihagije. Uburundi kandi bufise ikirere ciza gihuza n’ubwiza bw’imisozi n’imirima itandukanye.
Muri iyi video, turerekana impamvu Uburundi dushobora kubwise igihugu c’imigisha, aho amahirwe yo kwiteza imbere aboneka mu buhinzi, mu bworozi, mu mazi no mu bindi bikorwa vy’iterambere.
Ni akaryo keza ko gutahura agaciro k’igihugu cacu no kugira ico dukora kugira tukiteze imbere.
👉 Ntibagire muribagira gukurikira, gukunda no gusangira iyi video.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: