Igitabu Une nation en marche, 60 ans de pièges déjoués cari gikwiye gutuma Abarundi bikuba agashi!
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-14
Просмотров: 1214
Igitabu ciswe “Une nation en marche, 60 ans de pièges déjoués, Ndayishimiye et le nouveau chapitre du Burundi”, casizwe ahabona kuri uyu wa 14 Nzero 2026. Abitavye ivyo birori bakabona ko ico gitabu ari isoko ry’ubumenyi bushikana Uburundi mw’iterambere nyakuri biciye mu guhindura ingendo. #Burundi #Iterambere
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: